Flash Info
Accueil / Hymnes / Hymne National

Hymne National

HYMNE NATIONAL:

Hymne national (adopté en 1962) : Burundi Bwacu (Notre Cher Burundi). Paroles de Jean-Baptiste Ntahokaja; musique de Marc Barengayabo.

Burundi Bwacu
Burundi Buhire
Shinga icumu mu mashinga
Gaba intahe y’ubugabo kubugingo.
Warapfunywe ntiwapfuye,
Warahabishijwe ntiwahababuka.
Uhagurukana,
Uhagurukana,
Uhagurukana ubugabo urikukira,
Ukomerwa amashi n’amakungu,
Uhabw ‘ impundu n’abawe
Isamirane mu mashinga. (bis)

Burundi bwacu ragi rya basokuru
Ramutswa intahe n’ibihugu
Ufatanije ishaka n’ubuhizi.
Vuza impundu
Wiganzuye uwakuganza. (bis)

Burundi bwacu,
Nkora mutima kuri twese
Tugutuye amaboko, umutima n’ubuzima
Imana yakuduhaye ikudutungire.

Horana ubumwe n’abagabo n’itekane.
Sagwa n’urweze
Sagwa n’amahoro meza.

A propos webmaster

Laisser un commentaire

Votre adresse de messagerie ne sera pas publiée. Les champs obligatoires sont indiqués avec *

error: Content is protected !!